URUBANZA RW'ABAGANDAGUYE PEREZIDA NDADAYE MU BURUNDI.



Rwigara


Petero Buyoya aravuga ko ubutungane bwamukatiye uwo guherayo butamuhaye ubulyo bwo kwiregura.(Voa241020)

Urukiko rwa Gitega rwakatiye burundu bamwe mubashinjwa kugandagura Ndadaye balimo na Petero Buyoya.(Voa211020)

Urukiko rwa Gitega rwatangiye kumviliza ibyabona bishinja n'ibishinjura abaregwa kugandagura Ndadaye.(Voa190920)

Urukiko rwa Gitega rukomeje kuburanisha abaregwa kugandagura Perezida Ndadaye.(Voa180920)

Urukiko rw'ikirenga rwateye utwatsi ibisabwa n'ababuranira abaregwa kugandagura Ndadaye.(bbc271119)

Uburanira Buyoya uregwa kugandagura Ndadaye aravuga ko adashobora kujya mu Burundi kuburana kubw'umutekano we.(Voa231019)

Urubanza rw'abategetsi ba gisilikare na gisivire bakekwa kugandagura Ndadaye rwatangiye kuburanishwa.(Voa101019)

Sentare nkuru y'igihugu m'Uburundi yarungikiye imitahe abasilikare n'abategetsi bakekwa kugandagura Ndadaye.(Voa070919)

Major Buyoya yateye utwatsi impapuro zo kumufata avuga ko urubanza rwashaje kandi ko Arusha yarukemuye.(bbc051218)

Nyuma yo gutangirwa impapuro zo kumufata Buyoya avuga ko bishobora kubyutsa indwano zamoko.(Voa041218)

Abantu 17 balimo Pierre Buyoya basohorewe imitahe mpuzamahanga kubera uruhare mw'igandagurwa lya Ndadaye.(Voa011218)

François Ngeze wayoboye u Burundi iminsi micye nyuma y'igandagurwa rya Ndadaye nawe yafashwe ngo abazwe.(Voa271118)

Umushikirizamanza mukuru wa republika mu Burundi yahagaritse abantu 4 bacyekwa kwica Ndadaye.(Voa251118)



1